Mu Burundi, ibice 3% vy’abakenyezi ntibonsa abana babo

Ibice 97% vy’abakenyezi ni bo bonsa abana babo kuva bakivuka gushika ku mezi 6. Muri bo, 83% baronsa abana ata kindi babavangiye. 14% barabonsa ariko bakavanga n’ikindi kintu. 3% ni bo batigera bonsa abana babo, nkuko biri muri raporo ya nyuma yo mu 2017 yasohowe n’ubushikirangaji bw’amagara y’abantu. Augustin Harushimana yanonosoye ivyerekeye irondoka rijanye n’amagara … Lire la suite de Mu Burundi, ibice 3% vy’abakenyezi ntibonsa abana babo