Umuntu agendana umugera utera ingwara ya Sida arubaka n’umuntu atawufise ntawumwanduze, kandi aravyara n’umwana akarinda akura atanduye uwo mugera mu gihe bagiye...
Mu gihe ikiza ca SIDA kigisasika inganda kw’isi yose tutibagiye mu Burundi , urugero rw’urwaruka rwipimisha ruracari ruto. Mu kibano, kenshi biragoye...
Mu Burundi, haracibonekeza ingeso y’ifatwa ku nguvu canke ihohoterwa rikorerwa abigeme n’abakenyezi kubera ubumuga butandukanye bagendana, canke uko bavutse. Aha twovuga nka...
Kumota nabi, kugira ibintsintsiri vyacitse imvutu… ni bimwe mu vyerekana ko umuntu arwaye ingwara zifatira ku birenge. None vyoba biva kuki? Twovyirinda...
Mushobora kuba musangiye ubuzima, canke mubana munzu canke bigufasha kwirinda abasuma, ariko bitabungabunzwe neza, ibikoko vy’ibitungano biri mubikwiragiza ingwara. “Ico gihe twari...
Uko umwaka utashe, kw’igenekerezo rya 14 Munyonyo, Uburundi burifatanya n’amakungu mu guhimbaza umunsi mpuzamakungu wahariwe kurwanya ingwara y’igisukari. Icivugo kizoshika mu 2023...
Hari amabwire menshi abakenyezi batari bake bakenyereyeko ajanye n’ibintu bafuruguta kugira ngo bikunde ntibasame imbanyi batipfuje: uri abihereza imisabiko, abaterateranya utu na...
Kuva ikiza Covid-19 giteye, imigambi ifashwa na FIDA mu Burundi yarakoze ibikorwa bitandukanye mu ntumbero yo kugwanya ubukene no gufasha gushikana abanyagihugu...
Mu gihe umwaka w’ishure wa 2021-2022 ugiye gutangura, mu mashure y’ibinyoni (gardienne) yakira utwana tucimenyereza ishure, harakunda kwibonekeza isuku rike mu tuzu...