Ardent Nshimirimana, ni umwe mu bakiri bato bihebeye uburimyi n’ubworozi. Yashimye gushira imbere ubworozi bwa dindons, umugambi usaba ukwitanga n’ukwihangana cane. Jimbere...
Ishirahamwe Christian Aid rifadikanije n’ayandi mashirahamwe nka GLID na RCBIF-Burundi, ryaratunganije uruganda, kw’igenekerezo rya 4 Ruhuhuma 2021, mu nyubakwa za La Detente,...
Ku munsi mpuzamakungu wahariwe umukenyezi mwirimizi, uba uko umwaka utashe igenekerezo rya 15 Gitugutu, Umukuru w’igihugu c’Uburundi, Evariste Ndayishimiye, yaratumyeko ku kirimba...
Mu kibano bamuhamagara Nounou kubera izina ryiwe rigoye gusubiramwo. Noussaïba Hakizimana ni umwana w’umwigeme akiri muto yavukiye i Ngozi mu mwaka wa...
Yohani Batista Ntahokaja, yarahagarariye yongera aritwararika ururimi rw’ikirundi agerageza ku ruteza imbere kugeza n’aho rutangura kwigishwa mu mashure mbere atako ashikiriza iciyumviro...
Urumva nyene, ni za nyama, za papayi, ya mavoka, na wa mukeke muzi. Dani-Kasembe, umuhinga-munyamyuga wo mu ntara ya Rumonge abishushanya mw’ibumba...
Kuri uwu wa 11 ruhuhuma, umunyamabanga ntayegayezwa mu bushikiranganji bw’imico kama, akaranga n’inkino Hakizimana Godefride yuguruye icese ibikorwa vy’ihayanisha-gurisha ry’ivyahinguwe n’abahinga banyamyuga...
Utumwanya tutabora hamwe n’amacupa ya plastike atekerwa mwo amazi n’imitobe y’ubwoko butandukanye bitabwa aho ari ho hose, biri mu bibangamiye ibidukikije. Ariko...
Kubw’inyota y’urupapuro rw’umutsindo rwo mu gisata c’ubuvuzi, Thérence Nzeyimana yaranangiriye gushika arushikiriye. Ntiyakanzwe imvi, intambara canke amajambo y’abantu. Yagumye ku kagumye gushika...