Jimbere

Kirundi French English
Itororokanirizo ry'ivyatohojwe

Iyera ry’umuceri rihimbara abagabo, rikariza abagore babo

Mu kiyaya c’Imbo, ingo zirubakwa canke zigasambuka bivanye n’igihe umuceri wereyeko. Inkurikizi ntizibuze: abagabo benshi barata ingo, abagore bagasigara bifumbereje, abana bakaba ba nyamwigendako, n’imburano z’urutavanako. Itegeko rishasha na ryo ribwiriza abubakanye batanditswe kwandikwa imbere y’amategeko. Mbega woba ari wo muti canke intango y’ayandi matati?

Urukundo n’urwanko kubera imirima y’imiceri yo ku ruzi Mpanda

I Bubanza, umuceri n’abapfasoni ntibibanye neza

Abahabara bahanzwe n’iki?

> Uguharika bituruka ku kutamenya kuvomera urukundo rw’uwo mwubakanye

Itegeko rishasha ku bijanye n’ingo n’imiryango ntivyoba bisa n’ukwemezwa ibintu ku gahato?

Intambamyi abakenyezi bagira ku bijanye n’amatongo

Click to comment

Leave a Reply

Votre adresse e-mail ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *

Ce site utilise Akismet pour réduire les indésirables. En savoir plus sur comment les données de vos commentaires sont utilisées.

To Top