Mu gihe hahimbazwa umunsi mukuru w’igihugu wahariwe ugushigikirana, umugambi « Twiteho Amagara » w’ishirahamwe Cordaid ufashwe mu mugongo n’ishirahamwe ry’ubumwe bwa Buraya, washikirije kuri...
Si agasesehwa rumuri, ikibazo c’abigeme b’abanyeshure batwara inda kiriho mu Burundi. Kandi bigira ingaruka mbi ku bigeme kuko bamwe baraheba kwiga burundu,...
Bumwe mu buryo Menyumenyeshe ikoresha kugira ihimirize urwaruka ku bijanye n’inyigisho z’irondoka rijanye n’amagara meza, ni ugushigikira kuziganya no kuguranana ku rwaruka....
Afise imyaka 19 gusa, yiga kw ‘ishure rimwe ryo mu Mabanda, i Makamba. Wumvirije ingorane yatewe n’abarezi bataye ibanga urumirwa. Yahavuye yigira...
Uwo mugambi watanguye mu 2016. Ukaba ushirwa mu ngiro mu ma komine yose y’igihugu n’ishirahamwe Cordaid rifadikanije na Care International Burundi hamwe...